Tag Archives: Ruanda
Rundi – Ubunebwe ni indwara
Told by: NDIHOKUBWAYO Esron (Runda pri school) Collected by: Tevel-Burundi Harabaye udukoko tubiri tugakundana cane, Ikimonyo n’umunzerere. Ikimonyo cakora cane muci kugira kiziganye ivyo kizofungura mu gihe c’imvura, muri ico gihe nyene umunzerere waguma uririmba utiyumvira ku bishobora gushika muri kazoza. … Continue reading →