Tag Archives: Rundi

Rundi – Umuswi w’Ikigaba ( The hen and her chicks)

Written by: NIYONKURU Beatrice (Runda Pri school) Collected by: Tevel-Burundi  Harabaye inkokazi ikagira imiswi umunani. Iyo nkokokazi yama igihe cose ibwira uduswi ko tutoja kure, ko twoguma hafi yayo. Umusi umwe iyo nkokokazi ijana n’uduswi kurondera ico gufungura, iyindi miswi yose … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , | Comments Off on Rundi – Umuswi w’Ikigaba ( The hen and her chicks)

Rundi – Umwete urakiza (Liveliness and Laziness)

Told by: NIYONZIMA Eraste (Runda pri school) Collected by: Tevel-Burundi  Habaye umugabo akitwa Mukundakurya akagira abagore babiri : Barumwete na Nderamaboko. Umusi umwe Mukundakurya atemberera Barumwete; uyo musi inzu yari yuzuye akanyamuneza n’umunezero kuko hari vyose ivyo kunywa n’ivyo kurya bikwiye … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Umwete urakiza (Liveliness and Laziness)

Rundi – Ubunebwe ni indwara

Told by: NDIHOKUBWAYO Esron (Runda pri school) Collected by: Tevel-Burundi    Harabaye udukoko tubiri tugakundana cane, Ikimonyo n’umunzerere. Ikimonyo cakora cane muci kugira kiziganye ivyo kizofungura mu gihe c’imvura, muri ico gihe nyene umunzerere waguma uririmba utiyumvira ku bishobora gushika muri kazoza. … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , , | Comments Off on Rundi – Ubunebwe ni indwara

Rundi – Ubucuti bw’ibikoko (Relationship between Animals)

 Written by: NDAYIRUKIYE Spès (Vugizo pri school)    Collected by: Tevel-Burundi      Kera ibikoko vyarabana mw’ishamba bigakundana bigasangira vyose. Ivyo bikoko vyari imbwa, imbwebwe, impene, intambwe n’ibindi. Umusi umwe ivyo bikoko vyaragize ubususuru vyipfuza umukomezwa niho vyiyumvira igikoko kinyaruka cobizanira umuriro … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Ubucuti bw’ibikoko (Relationship between Animals)