Tag Archives: Kirundi

Rundi – Umwana w’intabarirwa (The child who did not listen to his mother)

Told By: MINANI Doretha (Gishiha Pri school)   collected by: Tevel-Burundi  Harabaye umwana w’umuhungu, umusi umwe ajana na nyina kuramutsa inakuru. Bashitse mu mayirabiri babona igiti kiriko ivyamwa bihiye wa muhungu abaza nyina ko yomurindira akaja kwamura ivyamwa. Nyina aramwishura ati: … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Umwana w’intabarirwa (The child who did not listen to his mother)

Rundi – Urucira mukaso rugatwara nyoko (The three brothers)

 Told by  NYANDWI Melanie  (Gishiha pri school)   Collected by Tevel-Burundi        Habaye abavukana batatu bakaba impfuvyi, basigaranye se. Umunsi umwe, se arabakoranya ababwira ati : “Bane banje, narabayeho neza ariko ejo canke hirya y’ejo nzokwitaba Imana. Mugabo, imbere … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Urucira mukaso rugatwara nyoko (The three brothers)

Rundi – Guhumirwa n’ururimi

  Told by  NIYONKURU Fidèle  (Kibira pri school)   Collected by Tevel-Burundi  Habaye inkware n’igikere vyabana mw’ishamba mu mwumvikano ntangere. Harageze aho ya nkware ita amagi, inzoka zaguma ziza kurondera ayo magi ngo ziyarye ariko igikere carayakingira mu kwirukana inzoka. Ya … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Guhumirwa n’ururimi