Tag Archives: Kirundi

Rundi – Agahanga kavuga (The talking head)

Told by: MINANI Gaspard (Gishiha Pri school)       Collected by: Tevel-Burundi  Umugabo umwe yariko aratembera, ntibitevye abona agahanga iruhande y’inzira arakabaza ati: “Ni nde canke ni iki cakwishe?” Ka gahanga karishura kati: “Nta nakimwe muri ivyo vyompi, nishwe n’urw’abagabo ariko … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Agahanga kavuga (The talking head)

Rundi – Sarufyisi na Sarukwavu (The hyena and the hare)

Told By NITEREKA Triphine (Gishiha Pri school)     Collected by: Tevel-Burundi    Cari igihe c’Inzara mu gihugu. Umusi umwe, agakwavu ko mwishamba n’Imfyisi biraganira, Agakwavu gati : “Urazi uri umugenzi kuva kera  ubu naho turi mu nzara, none rero reka tuje kurondera ico … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Sarufyisi na Sarukwavu (The hyena and the hare)

Rundi – Bahe biyake (The man with the bad intention)

Told by:By NSHIMIRIMANA Jonas (Kibira Pri school)   Collected by: Tevel-Burundi  Habaye umugabo yari ku rugendo ageze kumpinga y’umusozi ahasanga agasiga karagiye ubusho bw’inka. Ka gasiga kabonye uwo mugabo kamubaza gati: “Mbega wa mugabo uja he?” Nawe ati: “Nshengeye i bwami.” Ka … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Bahe biyake (The man with the bad intention)

Rundi – Inyabu n’Imbeba ( The dog and the cat )

Written by: NYANDWI Sylvere (Runda Pri school)    Collected by: Tevel-Burundi  Umunsi umwe inyabu n’imbeba vyaratumiwe mu rubanza gw’ubugeni. Nk’abagenzi pfampfe biragerageza guhanurana ukwo bizakwifata mu rubanza. Akayabu kati: “Ndazi ko ukunda inyama cane, uze kugerageza ntusahuranwe kuko hazakuba hari abantu … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , | Comments Off on Rundi – Inyabu n’Imbeba ( The dog and the cat )

Rundi proverbs

  Collected by: Tevel-Burundi   3. Iy’ubwoba irahweza    Fear increases consciousness. (By KWIZERA Esperance) 4. Uwugusize intambwe aba agusize    The first bird catches the warm. (By NIYONSABA Spès) 5. Ntawurya akatamugoye    No sweet comes without sweat  (By HAVYARIMANA Judith) … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , | Comments Off on Rundi proverbs

Kirundi -Kwitonda bitera guteba kuraka ! (Think twice act once)

Told By: CISHAHAYO Hilaire (Runda pri school) Collected by: Tevel-Burundi  Habaye umugabo n’umugore wiwe. Umusi umwe, wa mugabo aja kwisoko gusuma inyama, agura ikiro kimwe azitahanira umugore kugira bazirarire. Umugore akiriko arateka, wa mugabo ava imuhira aja kuganira n’abagenzi. Mugihe za … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Kirundi -Kwitonda bitera guteba kuraka ! (Think twice act once)

Rundi – Ikiburamutima c’umugabo (The heartless man)

Told By: BIGIRIMANA Pierre Claver (Runda pri school) Collected by: Tevel-Burundi      Habaye umugabo ahitana mugenziwe baja gutembera; bageze mu kibira barasonza, muri uyo mwanya niho babona igiti kinini kandi kirekire kiriko ivyamwa bihiye. Biyumvira ukwo bokwurira ico giti, bigira … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Ikiburamutima c’umugabo (The heartless man)

Rundi – Ubucuti bw’ibikoko (Relationship between Animals)

 Written by: NDAYIRUKIYE Spès (Vugizo pri school)    Collected by: Tevel-Burundi      Kera ibikoko vyarabana mw’ishamba bigakundana bigasangira vyose. Ivyo bikoko vyari imbwa, imbwebwe, impene, intambwe n’ibindi. Umusi umwe ivyo bikoko vyaragize ubususuru vyipfuza umukomezwa niho vyiyumvira igikoko kinyaruka cobizanira umuriro … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Ubucuti bw’ibikoko (Relationship between Animals)

Rundi – Ubwanwa n’umutima (The mustache and the heart)

Told By: NIYONSABA Spès (Vugizo Pri school) Collected by: Tevel-Burundi        Umusi umwe ubwanwa n’umutima vyarahariye bipfa ubugabo. Niho vyatana mu mitwe, umutima uca utungwa n’amaguru, ubwanwa buja inyuma biriruka biriruka cane. Umutima ugira ufatwe uca ugira imana usanga … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Ubwanwa n’umutima (The mustache and the heart)

Rundi – Imbwa ikaze (A nasty dog)

Told By: KWIZERA Espérance (Vugizo pri school) Collected by: Tevel-Burundi        Umusi umwe KARIWABO nabo bavukana batatu babatumye kuvoma amazi ku mwonga. Bahegereje bahura n’ikibwa kibiruka inyuma ngo kibarye. Ibivomesho bata aho bariruka batabaza baruhukira mu ruzi binyegeza yo. … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Imbwa ikaze (A nasty dog)