Category Archives: Rundi

Rundi – Ubucuti bw’ibikoko (Relationship between Animals)

 Written by: NDAYIRUKIYE Spès (Vugizo pri school)    Collected by: Tevel-Burundi      Kera ibikoko vyarabana mw’ishamba bigakundana bigasangira vyose. Ivyo bikoko vyari imbwa, imbwebwe, impene, intambwe n’ibindi. Umusi umwe ivyo bikoko vyaragize ubususuru vyipfuza umukomezwa niho vyiyumvira igikoko kinyaruka cobizanira umuriro … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Ubucuti bw’ibikoko (Relationship between Animals)

Rundi – Ubwanwa n’umutima (The mustache and the heart)

Told By: NIYONSABA Spès (Vugizo Pri school) Collected by: Tevel-Burundi        Umusi umwe ubwanwa n’umutima vyarahariye bipfa ubugabo. Niho vyatana mu mitwe, umutima uca utungwa n’amaguru, ubwanwa buja inyuma biriruka biriruka cane. Umutima ugira ufatwe uca ugira imana usanga … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Ubwanwa n’umutima (The mustache and the heart)

Rundi – Imbwa ikaze (A nasty dog)

Told By: KWIZERA Espérance (Vugizo pri school) Collected by: Tevel-Burundi        Umusi umwe KARIWABO nabo bavukana batatu babatumye kuvoma amazi ku mwonga. Bahegereje bahura n’ikibwa kibiruka inyuma ngo kibarye. Ibivomesho bata aho bariruka batabaza baruhukira mu ruzi binyegeza yo. … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Imbwa ikaze (A nasty dog)

Rundi – Umwana w’intabarirwa (The child who did not listen to his mother)

Told By: MINANI Doretha (Gishiha Pri school)   collected by: Tevel-Burundi  Harabaye umwana w’umuhungu, umusi umwe ajana na nyina kuramutsa inakuru. Bashitse mu mayirabiri babona igiti kiriko ivyamwa bihiye wa muhungu abaza nyina ko yomurindira akaja kwamura ivyamwa. Nyina aramwishura ati: … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Umwana w’intabarirwa (The child who did not listen to his mother)

Rundi – Imbwa n’akayabu (The dog and the cat)

 Told by: NIMENYA Evariste   (Gishiha pri school)   Collected by: Tevel-Burundi  Umurimyi umwe yari atunze imbwa n’akayabu. Igikorwa c’imbwa kwari ukurarira urugo mukwirukana ibikoko vyo mwishamba n’abasuma. Akayabu nako kari gafise igikorwa co gukingira umwimbu nturibwe n’imbeba. Uyo murimyi yarakunda cane imbwa … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Imbwa n’akayabu (The dog and the cat)

Rundi – Urucira mukaso rugatwara nyoko (The three brothers)

 Told by  NYANDWI Melanie  (Gishiha pri school)   Collected by Tevel-Burundi        Habaye abavukana batatu bakaba impfuvyi, basigaranye se. Umunsi umwe, se arabakoranya ababwira ati : “Bane banje, narabayeho neza ariko ejo canke hirya y’ejo nzokwitaba Imana. Mugabo, imbere … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , | Comments Off on Rundi – Urucira mukaso rugatwara nyoko (The three brothers)

Rundi – Guhumirwa n’ururimi

  Told by  NIYONKURU Fidèle  (Kibira pri school)   Collected by Tevel-Burundi  Habaye inkware n’igikere vyabana mw’ishamba mu mwumvikano ntangere. Harageze aho ya nkware ita amagi, inzoka zaguma ziza kurondera ayo magi ngo ziyarye ariko igikere carayakingira mu kwirukana inzoka. Ya … Continue reading

Posted in Rundi | Tagged , , , , , | Comments Off on Rundi – Guhumirwa n’ururimi